Yosuwa 16:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Bene Efurayimu bari bafise ibisagara bitagira imihora+, hagati mu ntoranwa ya bene Manase, ibisagara vyose n’imihana irundanye ibikukira.
9 Bene Efurayimu bari bafise ibisagara bitagira imihora+, hagati mu ntoranwa ya bene Manase, ibisagara vyose n’imihana irundanye ibikukira.