Yosuwa 21:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bene Kohati+ bari basigaye, baronka biciye ku bupfindo ibisagara cumi mu miryango y’umuryango wa Efurayimu+ no mu muryango wa Dani+ no mu gice c’umuryango wa Manase+.
5 Bene Kohati+ bari basigaye, baronka biciye ku bupfindo ibisagara cumi mu miryango y’umuryango wa Efurayimu+ no mu muryango wa Dani+ no mu gice c’umuryango wa Manase+.