Abacamanza 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze umumarayika wa Yehova+ aduga i Bokimu+ avuye i Gilugali+, avuga ati: “Narabaduganye ndabakuye mu Misiri, ndabazana mu gihugu narahiye ba sokuruza banyu+. Vyongeye, navuze nti: ‘Sinzokwigera ndenga kw’isezerano nagiranye namwe+.
2 Maze umumarayika wa Yehova+ aduga i Bokimu+ avuye i Gilugali+, avuga ati: “Narabaduganye ndabakuye mu Misiri, ndabazana mu gihugu narahiye ba sokuruza banyu+. Vyongeye, navuze nti: ‘Sinzokwigera ndenga kw’isezerano nagiranye namwe+.