Abacamanza 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko abantu babandanya gukorera Yehova imisi yose ya Yosuwa n’imisi yose y’abagabo b’inararibonye babandanije kubaho inyuma ya Yosuwa kandi bari barabonye igikorwa gikomeye ca Yehova cose, ico yakoreye Isirayeli+.
7 Nuko abantu babandanya gukorera Yehova imisi yose ya Yosuwa n’imisi yose y’abagabo b’inararibonye babandanije kubaho inyuma ya Yosuwa kandi bari barabonye igikorwa gikomeye ca Yehova cose, ico yakoreye Isirayeli+.