Abacamanza 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mbonye ko utankijije, nca niyemeza gushira ubuzima bwanje mu kaga*+, nja kurwanya bene Amoni+. Nuko Yehova abatanga mu kuboko kwanje. Kubera iki none uyu musi muduze kundwanya?” Abacamanza Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 12:3 Umunara w’Inderetsi,15/5/2007, rup. 10
3 Mbonye ko utankijije, nca niyemeza gushira ubuzima bwanje mu kaga*+, nja kurwanya bene Amoni+. Nuko Yehova abatanga mu kuboko kwanje. Kubera iki none uyu musi muduze kundwanya?”