Abacamanza 21:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko ku musi ukurikira, abantu bavyuka kare bubaka igicaniro ng’aho, baraheza bashikana amashikanwa aturirwa+ be n’amashikanwa y’ugusangira+.
4 Nuko ku musi ukurikira, abantu bavyuka kare bubaka igicaniro ng’aho, baraheza bashikana amashikanwa aturirwa+ be n’amashikanwa y’ugusangira+.