Abacamanza 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko ikoraniro ryose rituma abaja kuvugana na bene Benyamini bari ku rutare rwa Rimoni+, babamenyesha ko ari amahoro.
13 Nuko ikoraniro ryose rituma abaja kuvugana na bene Benyamini bari ku rutare rwa Rimoni+, babamenyesha ko ari amahoro.