Abacamanza 21:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Abantu baricuza ku bijanye na Benyamini+, kuko Yehova yari yatumye haba umukokwe hagati y’imiryango ya Isirayeli.
15 Abantu baricuza ku bijanye na Benyamini+, kuko Yehova yari yatumye haba umukokwe hagati y’imiryango ya Isirayeli.