Abacamanza 21:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amaherezo bavuga bati: “Ehe ku mwaka ku mwaka haraba umusi mukuru wa Yehova i Shilo+, ahari mu buraruko bwa Beteli, mu buseruko bw’inzira y’ikirari iduga i Shekemu+ ivuye i Beteli, no mu bumanuko bwa Lebona.”
19 Amaherezo bavuga bati: “Ehe ku mwaka ku mwaka haraba umusi mukuru wa Yehova i Shilo+, ahari mu buraruko bwa Beteli, mu buseruko bw’inzira y’ikirari iduga i Shekemu+ ivuye i Beteli, no mu bumanuko bwa Lebona.”