Abacamanza 21:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Murereke, maze nimwabona abakobwa b’i Shilo basohotse gutamba+ intambo z’umuzingi, muce muva muri iyo mirima y’imizabibu hanyuma umwe wese yitwarire ku nguvu umugore mu bakobwa b’i Shilo, muheze muje mu gihugu ca Benyamini.
21 Murereke, maze nimwabona abakobwa b’i Shilo basohotse gutamba+ intambo z’umuzingi, muce muva muri iyo mirima y’imizabibu hanyuma umwe wese yitwarire ku nguvu umugore mu bakobwa b’i Shilo, muheze muje mu gihugu ca Benyamini.