Rusi 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Na we aca avuga ati: “Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje, kuko umpojeje kandi ukavugisha umusukukazi wawe mu buryo buhumuriza+, naho ntari nk’umwe mu basukukazi bawe+.” Rusi Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:13 Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),11/2021, rup. 12
13 Na we aca avuga ati: “Ningire ubutoni mu maso yawe, mukama wanje, kuko umpojeje kandi ukavugisha umusukukazi wawe mu buryo buhumuriza+, naho ntari nk’umwe mu basukukazi bawe+.”