1 Samweli 21:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko yigira+ umusazi mu maso yabo+, atangura kwigira nk’uwudakomeye mu mutwe ari mu kuboko kwabo, aguma aharagura ku miryango y’irembo yongera arekura urukonda rugatembera ku bwanwa bwiwe. 1 Samweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 21:13 Umunara w’Inderetsi,15/3/2005, rup. 24
13 Nuko yigira+ umusazi mu maso yabo+, atangura kwigira nk’uwudakomeye mu mutwe ari mu kuboko kwabo, aguma aharagura ku miryango y’irembo yongera arekura urukonda rugatembera ku bwanwa bwiwe.