1 Samweli 22:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Mu nyuma Dawidi ava ng’aho aja i Mizipe muri Mowabu, abwira umwami wa Mowabu+ ati: “Ndakwinginze dawe na mawe+ babane namwe gushika menye ico Imana izongirira.”
3 Mu nyuma Dawidi ava ng’aho aja i Mizipe muri Mowabu, abwira umwami wa Mowabu+ ati: “Ndakwinginze dawe na mawe+ babane namwe gushika menye ico Imana izongirira.”