1 Samweli 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Mu nyuma Gadi+ umuhanuzi abwira Dawidi ati: “Ntugume uba ahantu hadashikwa. Genda, winjire mu gihugu ca Yuda+.” Nuko Dawidi aragenda, yinjira mu kibira ca Hereti.
5 Mu nyuma Gadi+ umuhanuzi abwira Dawidi ati: “Ntugume uba ahantu hadashikwa. Genda, winjire mu gihugu ca Yuda+.” Nuko Dawidi aragenda, yinjira mu kibira ca Hereti.