1 Samweli 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Sauli yumva ko Dawidi n’abagabo bari kumwe na we bubuwe, igihe Sauli yari yicaye i Gibeya munsi y’igiti c’umukwaju+ ahantu hakirurutse, afise icumu+ ryiwe mu kuboko, abasuku biwe na bo bahagaze irya n’ino yiwe.
6 Sauli yumva ko Dawidi n’abagabo bari kumwe na we bubuwe, igihe Sauli yari yicaye i Gibeya munsi y’igiti c’umukwaju+ ahantu hakirurutse, afise icumu+ ryiwe mu kuboko, abasuku biwe na bo bahagaze irya n’ino yiwe.