-
1 Samweli 22:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Kuko mwese mwangīriye umugambi mubi; kandi nta n’umwe abihishurira ugutwi kwanje+ igihe umuhungu wanje agiranye isezerano+ na mwene Yese; nta n’umwe muri mwebwe anyumvira ikibabarwe ngo ahishurire ugutwi kwanje yuko umuhungu wanje yahagurukirije umusuku wanje kundwanya ari nk’uwubunze, nk’uko biri uyu musi.”
-