1 Samweli 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ahimeleki aca yishura umwami, ati: “Mbega ni nde mu basuku bawe bose ameze nka Dawidi+, umuntu w’umwizigirwa+, akaba n’umukwe+ w’umwami n’umukuru w’abacungera ubuzima bawe kandi aterwa iteka mu nzu yawe+?
14 Ahimeleki aca yishura umwami, ati: “Mbega ni nde mu basuku bawe bose ameze nka Dawidi+, umuntu w’umwizigirwa+, akaba n’umukwe+ w’umwami n’umukuru w’abacungera ubuzima bawe kandi aterwa iteka mu nzu yawe+?