-
1 Samweli 22:17Bibiliya y’isi nshasha
-
-
17 Umwami aca abwira abirutsi+ bari bahagaze irya n’ino yiwe ati: “Hindukire mwice abaherezi ba Yehova, kuko ukuboko kwabo na kwo nyene kuri kumwe na Dawidi no kubera ko bari bazi yuko ariko arahunga, ntibaheza ngo babihishurire ugutwi kwanje+!” Mugabo abasuku b’umwami ntibashaka gutuma ukuboko kwabo ngo bagurukire ku baherezi ba Yehova+.
-