1 Samweli 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Dawidi aca abwira Abiyatari ati: “Nari nzi neza kuri urya musi+, kubera ko Dowegi Umwedomu ari ho yari, yuko atobuze kubibwira Sauli+. Ni jewe nakwegeye abo mu nzu ya so bose.
22 Dawidi aca abwira Abiyatari ati: “Nari nzi neza kuri urya musi+, kubera ko Dowegi Umwedomu ari ho yari, yuko atobuze kubibwira Sauli+. Ni jewe nakwegeye abo mu nzu ya so bose.