2 Samweli 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nuko umwami ababwira ati: “Ndakora ivyo mubona ko ari vyiza mu maso yanyu+.” Umwami rero aguma ahagaze iruhande y’irembo+, maze abantu bose basohoka ku rugamba ari amajanajana n’ibihumbihumbi+.
4 Nuko umwami ababwira ati: “Ndakora ivyo mubona ko ari vyiza mu maso yanyu+.” Umwami rero aguma ahagaze iruhande y’irembo+, maze abantu bose basohoka ku rugamba ari amajanajana n’ibihumbihumbi+.