-
2 Samweli 18:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Maze urugamba ruhera ng’aho rukwiragira mu gihugu cose umuntu yashobora kubona. Vyongeye, ikibira kirotsa abantu benshi kuruta abarokejwe n’inkota kuri uwo musi.
-