2 Samweli 18:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Yowabu aca avuga ati: “Nta co nirirwa ndata umwanya imbere yawe!” Aca afata uducumu dutatu mu kiganza ciwe, aducumita+ mu mutima wa Abusalomu akiri muzima hagati+ muri ca giti kinini.
14 Yowabu aca avuga ati: “Nta co nirirwa ndata umwanya imbere yawe!” Aca afata uducumu dutatu mu kiganza ciwe, aducumita+ mu mutima wa Abusalomu akiri muzima hagati+ muri ca giti kinini.