2 Samweli 18:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Amaherezo bafata Abusalomu, bamuta mu kibira, mu mwobo munini hanyuma barunda hejuru yiwe ikirundo kinini cane c’amabuye+. Isirayeli yose irahunga, umwe wese aja i muhira iwe.
17 Amaherezo bafata Abusalomu, bamuta mu kibira, mu mwobo munini hanyuma barunda hejuru yiwe ikirundo kinini cane c’amabuye+. Isirayeli yose irahunga, umwe wese aja i muhira iwe.