2 Samweli 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”
19 Nayo Ahimayazi+ mwene Zadoki, avuga ati: “Ndakwinginze undeke niruke kumenyesha iyo nkuru umwami, kuko Yehova yamuciriye urubanza kugira amukure mu kuboko kw’abansi biwe+.”