-
2 Samweli 18:22Bibiliya y’isi nshasha
-
-
22 Nuko Ahimayazi mwene Zadoki yongera kubwira Yowabu ati: “Ubu rero uko bigenda kwose, ndakwinginze undeke nanje niruke inyuma y’urya Mukushi.” Ariko Yowabu avuga ati: “Wirirwa urirukira iki ga mwananje, kandi ata nkuru iriho uri bumenyeshe?”
-