-
2 Samweli 18:26Bibiliya y’isi nshasha
-
-
26 Nuko nya nderetsi ibona uwundi mugabo ariko yiruka. Maze iyo nderetsi ihamagara umurinzi w’irembo, ivuga iti: “Ehe uwundi mugabo ariko yiruka ari wenyene!” Umwami aca avuga ati: “N’uwo ni uwuzanye inkuru.”
-