2 Samweli 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Amaherezo Ahimayazi ahamagara umwami maze amubwira ati: “Vyifashe neza!” Aca yunamira umwami, mu maso hiwe hakora hasi. Abandanya kuvuga ati: “Hahezagirwe+ Yehova Imana yawe, we yatanze+ abantu babanguriye ukuboko umukama wanje umwami!”
28 Amaherezo Ahimayazi ahamagara umwami maze amubwira ati: “Vyifashe neza!” Aca yunamira umwami, mu maso hiwe hakora hasi. Abandanya kuvuga ati: “Hahezagirwe+ Yehova Imana yawe, we yatanze+ abantu babanguriye ukuboko umukama wanje umwami!”