2 Samweli 18:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Mugabo umwami abwira nya Mukushi ati: “Wa musore Abusalomu ivyiwe vyoba vyifashe neza?” Nya Mukushi aca avuga ati: “Abansi b’umukama wanje umwami n’abaguhagurukiye kugira ngo bagukorere ikibi, barakaba nk’uwo musore+.”
32 Mugabo umwami abwira nya Mukushi ati: “Wa musore Abusalomu ivyiwe vyoba vyifashe neza?” Nya Mukushi aca avuga ati: “Abansi b’umukama wanje umwami n’abaguhagurukiye kugira ngo bagukorere ikibi, barakaba nk’uwo musore+.”