2 Samweli 22:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Inzira z’imigezi y’ikiyaga na zo zitangura kuboneka+,Imishinge y’ubutaka bwimbuka+ na yo irapfukurwa,Bitumwe n’uguhambara kwa Yehova, bivuye ku guhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yiwe+.
16 Inzira z’imigezi y’ikiyaga na zo zitangura kuboneka+,Imishinge y’ubutaka bwimbuka+ na yo irapfukurwa,Bitumwe n’uguhambara kwa Yehova, bivuye ku guhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yiwe+.