2 Samweli 23:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ni we yahagurutse, akaguma asasika Abafilisitiya gushika aho ukuboko kwiwe kuruha yamara kukaguma kwumiye ku nkota+, ku buryo Yehova ashitsa ubukiriro bukomeye uwo musi+; nayo abantu, bagaruka inyuma yiwe kugira gusa bambure abagaritswe+.
10 Ni we yahagurutse, akaguma asasika Abafilisitiya gushika aho ukuboko kwiwe kuruha yamara kukaguma kwumiye ku nkota+, ku buryo Yehova ashitsa ubukiriro bukomeye uwo musi+; nayo abantu, bagaruka inyuma yiwe kugira gusa bambure abagaritswe+.