1 Abami 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Nuko abasuku biwe bamubwira bati: “Nibaronderere umukama wanje umwami umukobwa, umwigeme w’isugi+, aze akorere+ umwami, kugira ngo abe uwo kumubungabunga+; aze aryame mu gikiriza+ cawe, maze umukama wanje umwami azosusuruka+ koko.”
2 Nuko abasuku biwe bamubwira bati: “Nibaronderere umukama wanje umwami umukobwa, umwigeme w’isugi+, aze akorere+ umwami, kugira ngo abe uwo kumubungabunga+; aze aryame mu gikiriza+ cawe, maze umukama wanje umwami azosusuruka+ koko.”