1 Abami 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Se wiwe ntiyari yarigeze amubabaza mu kumubwira ati: “Kubera iki wakoze gutyo+?” Yari afise umutumba umeze neza cane+, kandi nyina yari yamuvyaye inyuma ya Abusalomu.
6 Se wiwe ntiyari yarigeze amubabaza mu kumubwira ati: “Kubera iki wakoze gutyo+?” Yari afise umutumba umeze neza cane+, kandi nyina yari yamuvyaye inyuma ya Abusalomu.