1 Abami 1:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze Bati-sheba arunama+, akubita inkoro hasi imbere y’umwami, umwami na we aca avuga ati: “Ushaka gusaba iki+?”
16 Maze Bati-sheba arunama+, akubita inkoro hasi imbere y’umwami, umwami na we aca avuga ati: “Ushaka gusaba iki+?”