1 Abami 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nkako, yashikanye ibimazi vy’amashūri n’ibitungwa bikiri bito binuze n’intama ku bwinshi, yongera atumira abahungu b’umwami+ bose, na Abiyatari+ umuherezi, na Yowabu+ umukuru w’ingabo; mugabo Salomo umusuku wawe ntiyamutumiye+.
19 Nkako, yashikanye ibimazi vy’amashūri n’ibitungwa bikiri bito binuze n’intama ku bwinshi, yongera atumira abahungu b’umwami+ bose, na Abiyatari+ umuherezi, na Yowabu+ umukuru w’ingabo; mugabo Salomo umusuku wawe ntiyamutumiye+.