1 Abami 1:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nuko Natani avuga ati: “Mukama wanje umwami, mbega ni wewe wavuze uti: ‘Adoniya ni we azoba umwami mu nyuma zanje, kandi ni we azokwicara ku ntebe y’ubwami yanje+’?
24 Nuko Natani avuga ati: “Mukama wanje umwami, mbega ni wewe wavuze uti: ‘Adoniya ni we azoba umwami mu nyuma zanje, kandi ni we azokwicara ku ntebe y’ubwami yanje+’?