47 Ikindi kandi, abasuku b’umwami baje kwipfuriza ineza umukama wacu Umwami Dawidi bati: ‘Imana yawe itume izina rya Salomo ryakaka kuruta izina ryawe, kandi itume intebe y’ubwami yiwe iba iyihambaye kuruta intebe y’ubwami yawe+!’ Umwami yaciye yunama ku gitanda+.