1 Abami 1:49 Bibiliya y’isi nshasha 49 Nuko abatumire bose bari kumwe na Adoniya batangura kujugumira, maze barahaguruka baragenda, umwe wese ajana inzira yiwe+.
49 Nuko abatumire bose bari kumwe na Adoniya batangura kujugumira, maze barahaguruka baragenda, umwe wese ajana inzira yiwe+.