1 Abami 1:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Salomo aca avuga ati: “Niyaba umugabo w’intwari, nta gashatsi na kamwe+ kiwe kazokorokera hasi; mugabo niyabonekamwo ikibi+, azobwirizwa rero gupfa+.”
52 Salomo aca avuga ati: “Niyaba umugabo w’intwari, nta gashatsi na kamwe+ kiwe kazokorokera hasi; mugabo niyabonekamwo ikibi+, azobwirizwa rero gupfa+.”