1 Abami 2:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu nyuma, Adoniya mwene Hagiti aza kuri Bati-sheba+ nyina wa Salomo. Uno aca amubwira ati: “Ukuza kwawe ni ukw’amahoro+?” Na we ati: “Ni ukw’amahoro.”
13 Mu nyuma, Adoniya mwene Hagiti aza kuri Bati-sheba+ nyina wa Salomo. Uno aca amubwira ati: “Ukuza kwawe ni ukw’amahoro+?” Na we ati: “Ni ukw’amahoro.”