-
1 Abami 2:20Bibiliya y’isi nshasha
-
-
20 Nuko avuga ati: “Hari ikintu gitoya ngusaba. Ntunyankire.” Umwami amubwira rero ati: “Gisabe mawe; kuko ntakwankira.”