1 Abami 2:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko Benaya aja kw’ihema rya Yehova maze amubwira ati: “Umwami avuze ati: ‘Sohoka!’” Mugabo avuga ati: “Oya! Kuko aha+ ari ho mpfira.” Benaya aca agaruka kumenyesha umwami ati: “Ibi ni vyo Yowabu yavuze, kandi ibi ni vyo yanyishuye.”
30 Nuko Benaya aja kw’ihema rya Yehova maze amubwira ati: “Umwami avuze ati: ‘Sohoka!’” Mugabo avuga ati: “Oya! Kuko aha+ ari ho mpfira.” Benaya aca agaruka kumenyesha umwami ati: “Ibi ni vyo Yowabu yavuze, kandi ibi ni vyo yanyishuye.”