-
1 Abami 2:32Bibiliya y’isi nshasha
-
-
32 Yehova ntazobura kugarukana amaraso yiwe ku mutwe wiwe+, kuko yagurukiye ku bagabo babiri bagororotse kumurusha kandi bameze neza kumurusha+, akabicisha inkota, kandi dawe Dawidi atabizi+, abo na bo bakaba ari Abuneri+ mwene Neri umukuru w’ingabo za Isirayeli+ na Amasa+ mwene Yeteri umukuru w’ingabo za Yuda+.
-