-
1 Abami 2:38Bibiliya y’isi nshasha
-
-
38 Shimeyi aca abwira umwami ati: “Iryo jambo ni ryiza. Umusuku wawe azokora nk’uko umukama wanje umwami avuze.” Maze Shimeyi abandanya kuba i Yeruzalemu imisi myinshi.
-