1 Abami 2:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Umwami aca ategeka Benaya mwene Yehoyada, na we arasohoka hanyuma amugurukirako, arapfa+. Maze ubwami burashimangirwa mu kuboko kwa Salomo+.
46 Umwami aca ategeka Benaya mwene Yehoyada, na we arasohoka hanyuma amugurukirako, arapfa+. Maze ubwami burashimangirwa mu kuboko kwa Salomo+.