1 Abami 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Maze Umwami Rehobowamu agisha inama abagabo b’inararibonye+ bari barakoreye Salomo se wiwe akiri muzima, ati: “Muhanuye gute ngo nishure aba bantu+?”
6 Maze Umwami Rehobowamu agisha inama abagabo b’inararibonye+ bari barakoreye Salomo se wiwe akiri muzima, ati: “Muhanuye gute ngo nishure aba bantu+?”