1 Abami 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nuko bamubwira bati: “Uyu musi niwerekana ko uri umusuku w’aba bantu, ukabasukurira koko+, ubishure rero kandi ubabwire ukoresheje amajambo meza+; na bo ntibazobura kuba abasuku bawe nantaryo+.”
7 Nuko bamubwira bati: “Uyu musi niwerekana ko uri umusuku w’aba bantu, ukabasukurira koko+, ubishure rero kandi ubabwire ukoresheje amajambo meza+; na bo ntibazobura kuba abasuku bawe nantaryo+.”