1 Abami 12:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Isirayeli yose ikimara kwumva ko Yerobowamu yagarutse, baca batuma kumuhamagara ngo aze kw’ikoraniro maze bamugira umwami wa Isirayeli yose+. Nta n’umwe yakurikiye inzu ya Dawidi kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.
20 Isirayeli yose ikimara kwumva ko Yerobowamu yagarutse, baca batuma kumuhamagara ngo aze kw’ikoraniro maze bamugira umwami wa Isirayeli yose+. Nta n’umwe yakurikiye inzu ya Dawidi kiretse umuryango wa Yuda wonyene+.