1 Abami 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uwo mu nzu ya Yerobowamu azopfira mu gisagara, imbwa zizomurya+; uwuzopfira mu gahinga na we, ibiguruka vyo mu kirere bizomurya+, kuko Yehova ubwiwe abivuze.”’
11 Uwo mu nzu ya Yerobowamu azopfira mu gisagara, imbwa zizomurya+; uwuzopfira mu gahinga na we, ibiguruka vyo mu kirere bizomurya+, kuko Yehova ubwiwe abivuze.”’