1 Abami 14:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Igihe cose umwami yaba aje ku nzu ya Yehova, nya birutsi barazitwara, mu nyuma bakazisubiza mu cumba c’irindiro c’abirutsi+.
28 Igihe cose umwami yaba aje ku nzu ya Yehova, nya birutsi barazitwara, mu nyuma bakazisubiza mu cumba c’irindiro c’abirutsi+.