1 Abami 17:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Aca abwira Eliya ati: “Mpuriye ku ki nawe+ ga yewe muntu w’Imana y’ukuri? Waje iwanje kwibukiriza ikosa ryanje+ no kwica umuhungu wanje.” 1 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:18 Umunara w’Inderetsi,15/2/2014, rup. 15
18 Aca abwira Eliya ati: “Mpuriye ku ki nawe+ ga yewe muntu w’Imana y’ukuri? Waje iwanje kwibukiriza ikosa ryanje+ no kwica umuhungu wanje.”